Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Turirimbire Yehova tunezerewe

 URURIRIMBO RWA 86

Dutegerezwa kwigishwa

Select an Audio Recording
Dutegerezwa kwigishwa
UKO VYIPANGA
Igisomwa
Ishusho

(Yesaya 50:4; 54:13)

  1. 1. Nimuze mwig’ivyerekeye Yehova.

    “Ingo munyw’amazi y’ubuzima.”

    Ingo mwigishwe n’Imana yacu,

    Ukuri kwayo ntizokubima.

  2. 2. Ntiduhebe kuja ku makoraniro

    Turakeneye kwigishw’ivyiza.

    Turahasanga abavukanyi,

    Ni ho n’impwem’idudubiriza.

  3. 3. Biraremesha kwumva zirya ndirimbo

    No kwumv’amajwi y’abavukanyi.

    Kw’ikoraniro ntituzosiba.

    Tuvyamize ku muzirikanyi.