Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Turirimbire Yehova tunezerewe

 URURIRIMBO RWA 85

Nimwakirane

Select an Audio Recording
Nimwakirane
UKO VYIPANGA
Igisomwa
Ishusho

(Abaroma 15:7)

  1. 1. Kaze mwese mukoraniy’aha

    Kwumv’inyigish’Iman’ibaha.

    Iduh’ukuri ntangabuzima.

    Akam’idutera nta wutogashima.

  2. 2. Yaraduhaye abavukanyi

    Bagaragaz’ubwakiranyi.

    Nitubakunde vyigaragaze.

    N’abandi baz’aha barahaw’ikaze.

  3. 3. Nta muntu n’umwe idatumira

    Kwig’ukuri avyihutira.

    Imana yaradukwegereye.

    Niduhan’ikaze nk’uko bibereye.