Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Turirimbire Yehova tunezerewe

 URURIRIMBO RWA 84

Twitangire igikorwa

Select an Audio Recording
Twitangire igikorwa
UKO VYIPANGA
Igisomwa
Ishusho

(Matayo 9:37, 38)

  1. 1. Ibituma duhimbarwa

    Yehov’azi kubitanga.

    Araguha ic’ukora

    Ubuzima bukaryoha.

    (ICITABIRIZO)

    Korera Yehova,

    wame witanga.

    Aho bikenewe tujeyo,

    tureke kwanka.

  2. 2. Ibikorwa ntibibuze.

    Turitanga tubikunze.

    Aho biri turajayo

    Tugakora tuvyitaho.

    (ICITABIRIZO)

    Korera Yehova,

    wame witanga.

    Aho bikenewe tujeyo,

    tureke kwanka.

  3. 3. Inyubakwa turubaka,

    Tugakora tubishaka.

    N’indimi nsha turaziga,

    Tukigisha bigashimwa.

    (ICITABIRIZO)

    Korera Yehova,

    wame witanga.

    Aho bikenewe tujeyo,

    tureke kwanka.