Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Hitamwo ururimi Ikirundi

 URURIRIMBO RWA 81

Ubuzima bw’umutsimvyi

Select an Audio Recording
Ubuzima bw’umutsimvyi
UKO VYIPANGA
Igisomwa
Ishusho

(Umusiguzi 11:6)

  1. 1. Umus’utanguye, izuba rirashe,

    Mbere tugifis’itiro

    ku maso, turasenga.

    Turamwenyurira abantu duhuye.

    Bahagarara,

    babandanya, twebwe ntituhava.

    (ICITABIRIZO)

    Ni co twahisemwo.

    Tur’aba Yehova.

    Tumukorera twihangana.

    Kand’ukwo kwitanga

    Ni nko kumubwira

    Duti: “Nshaka kukwereka ko ngukunda.”

  2. 2. Umus’urangiye, izuba rirenze,

    Tuba turush’akamwemw’ari

    kose, tugasenga.

    Turahimbarwa no gukora twitanga.

    Yehov’araduhezagira

    tukavyibonera.

    (ICITABIRIZO)

    Ni co twahisemwo.

    Tur’aba Yehova.

    Tumukorera twihangana.

    Kand’ukwo kwitanga

    Ni nko kumubwira

    Duti: “Nshaka kukwereka ko ngukunda.”