Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Turirimbire Yehova tunezerewe

 URURIRIMBO RWA 79

Nubigishe kuguma bashikamye

Select an Audio Recording
Nubigishe kuguma bashikamye
UKO VYIPANGA
Igisomwa
Ishusho

(Matayo 28:19, 20)

  1. 1. Kubona abo twigishije,

    Bitey’umunezero!

    Yehova yarabayoboye

    Bimwe vy’akarorero.

    (ICITABIRIZO)

    Ewe Yehova, twumvire!

    Nudufash’ubakingire.

    Mw’izina ry’Umwana wawe, Dutakamvye

    Ngo bagume bashikamye.

  2. 2. Twagumye dutur’isengesho

    Kugira bakomere.

    Ahacu twarabigoreye,

    None batey’imbere.

    (ICITABIRIZO)

    Ewe Yehova, twumvire!

    Nudufash’ubakingire.

    Mw’izina ry’Umwana wawe, Dutakamvye

    Ngo bagume bashikamye

  3. 3. Twipfuza ko bokwizigira

    Yukw’Iman’ibashima!

    Nibaguman’ukwihangana

    Bazoronk’ubuzima.

    (ICITABIRIZO)

    Ewe Yehova, twumvire!

    Nudufash’ubakingire.

    Mw’izina ry’Umwana wawe, Dutakamvye

    Ngo bagume bashikamye