Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Turirimbire Yehova tunezerewe

 URURIRIMBO RWA 68

Tubibe imbuto z’Ubwami

Select an Audio Recording
Tubibe imbuto z’Ubwami
UKO VYIPANGA
Igisomwa
Ishusho

(Matayo 13:4-8)

  1. 1. Ing’ukorere Databuja,

    Witab’akam’agutera.

    Ni w’ubwiw’azokuyobora.

    Ubon’inzir’utumbera.

    Imbuto z’ukuri zirakura

    Mu mitim’igororotse.

    Jamw’ukore rero wivuy’inyuma

    Mu gikorwa wahawe cose.

  2. 2. Vyosaba yuko wigorera

    Gufash’abakwumvirije,

    Ngo bashikame mu vyo bize

    Ibigeragezo bije.

    Bashikiwe n’imikazo rero,

    Bafashe ntibahenuke!

    Uzoryoherw’ubony’ingen’imbuto

    Zikura, maz’ukenguruke.

(Raba kandi Mat. 13:19-23; 22:37.)