Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Turirimbire Yehova tunezerewe

 URURIRIMBO RWA 56

Nyurwa n’ukuri

Select an Audio Recording
Nyurwa n’ukuri
UKO VYIPANGA
Igisomwa
Ishusho

(Imigani 3:1, 2)

  1. 1. Inzira nyayo, n’iya kwa kuri twiga

    Wiyemeje kukugendera.

    Umv’impanuro ya Yehov’uyisunge;

    Utebuke kuyemera.

    (ICITABIRIZO)

    Nyurwa n’ukuri;

    Kwisunge ntukuveko,

    Yehov’aguhe

    Umunezero

    Ko wanyuzwe n’ukuri.

  2. 2. Uko witanga mu gikorwa c’Imana

    N’Umwanya wos’uyihebera,

    Bizokuronsa ivyiz’uzohorana

    N’ubuzima budahera.

    (ICITABIRIZO)

    Nyurwa n’ukuri;

    Kwisunge ntukuveko,

    Yehov’aguhe

    Umunezero

    Ko wanyuzwe n’ukuri.

  3. 3. Ku Mana twese turi nk’abana bato.

    Dukeneye kw’ituyobora.

    Gendana rero n’Iman’ata gahato,

    Na y’izoshim’ivy’ukora.

    (ICITABIRIZO)

    Nyurwa n’ukuri;

    Kwisunge ntukuveko,

    Yehov’aguhe

    Umunezero

    Ko wanyuzwe n’ukuri.