Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Hitamwo ururimi Ikirundi

 URURIRIMBO RWA 50

Isengesho ryanje ry’ukwiyegura

Select an Audio Recording
Isengesho ryanje ry’ukwiyegura
UKO VYIPANGA

(Matayo 22:37)

  1. 1. Ndagutuy’umutima

    Ukore ivy’ushima.

    Ndagutuy’ijwi na ryo

    Rikuyage nantaryo.

  2. 2. Ndagutuy’amaboko

    Agukorere koko.

    Ndagutuy’ivyo ntunze,

    Ndabigize mbikunze.

  3. 3. Ndagutuy’ubuzima

    Buhuze n’ivy’ushima.

    Ndakwihaye nk’uko ndi

    Ndakuber’umusavyi.