Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Turirimbire Yehova tunezerewe

 URURIRIMBO RWA 46

Turagushimiye, Yehova

Select an Audio Recording
Turagushimiye, Yehova
UKO VYIPANGA
Igisomwa
Ishusho

(1 Abatesalonika 5:18)

  1. 1. Turagushimiye Yehova Mana,

    K’uduh’umuco tukawamana.

    Turagushimiye ko dushobora

    Kukuganyira mu bitugora.

  2. 2. Turagushimiye Yehova Dawe

    Ko waduhaye wa Mwana wawe.

    Turagushimiye k’utuyobora,

    Ivyo twemeye tukabikora.

  3. 3. Turagushimiye, kuko twigisha

    Abo tubwira tukabumvisha.

    Turagushimiye k’uzodukiza

    Ivyago vyose, hameh’ivyiza.