Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Turirimbire Yehova tunezerewe

 URURIRIMBO RWA 33

Terera umuzigo wawe kuri Yehova

Select an Audio Recording
Terera umuzigo wawe kuri Yehova
UKO VYIPANGA
Igisomwa
Ishusho

(Zaburi 55)

  1. 1. “Nunteg’ugutwi” Mukama,

    Nkundira se Yehova.

    Numv’amagany’ari menshi

    Numfash’unkiz’ubwoba.

    (ICITABIRIZO)

    Terer’umuzigo wawe

    Kuri Yehov’uc’uruhuka.

    Azokwam’agukingira;

    Ntiyiger’ahemuka.

  2. 2. Iyo mba mfis’amababa

    Nogurutse nkigira

    Nkikinga barya banyanka,

    Baguma bampigira.

    (ICITABIRIZO)

    Terer’umuzigo wawe

    Kuri Yehov’uc’uruhuka.

    Azokwam’agukingira;

    Ntiyiger’ahemuka.

  3. 3. Yehov’aduhumurije

    Twumva dutekaniwe.

    Umuzig’urahwahuka

    Ntitwumve tunaniwe.

    (ICITABIRIZO)

    Terer’umuzigo wawe

    Kuri Yehov’uc’uruhuka.

    Azokwam’agukingira;

    Ntiyiger’ahemuka.

(Raba kandi Zab. 22:5; 31:1-24.)