Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Turirimbire Yehova tunezerewe

 URURIRIMBO RWA 26

Ni je mwabikoreye

Select an Audio Recording
Ni je mwabikoreye
UKO VYIPANGA
Igisomwa
Ishusho

(Matayo 25:34-40)

  1. 1. Har’izindi ntama, zama zikorana

    n’abarobanuwe, zikabigana.

    Yez’avuga kw’ivy’

    umunt’abakorera

    abwirizwa Kubironker’impera.

    (ICITABIRIZO)

    “Ko mwabahojeje, mwarampojeje.

    Ivyo vyose mwebwe mwabakoreye

    Burya rero ni je mwabikoreye.

    Ibintu vyose mwabakoreye

    Burya rero ni je mwabikoreye.”

  2. 2. Ati: “Mwarampaye ico nywa nyotewe.

    ntimwirengagije uko merewe.”

    Na bo bamubaze bati:

    “Hari ryari?”

    Umwami na we abahishuk’ati:

    (ICITABIRIZO)

    “Ko mwabahojeje, mwarampojeje.

    Ivyo vyose mwebwe mwabakoreye

    Burya rero ni je mwabikoreye.

    Ibintu vyose mwabakoreye

    Burya rero ni je mwabikoreye.”

  3. 3. “Mwe mwarangumyeko, n’aba tuvukana,

    indimiro mwanka kuyibatana.”

    Umwam’azoc’abwir’

    intama ziw’ati:

    “Nimutoran’isi,murahiriwe!”

    (ICITABIRIZO)

    “Ko mwabahojeje, mwarampojeje.

    Ivyo vyose mwebwe mwabakoreye

    Burya rero ni je mwabikoreye.

    Ibintu vyose mwabakoreye

    Burya rero ni je mwabikoreye.”