Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Turirimbire Yehova tunezerewe

 URURIRIMBO RWA 18

Dukenguruke incungu

Select an Audio Recording
Dukenguruke incungu
UKO VYIPANGA
Igisomwa
Ishusho

(Luka 22:20)

  1. 1. Yehov’uno musi

    tur’imbere yawe,

    Kuko wadukunze

    bihebuje, Mana we!

    Wahevye wa Mwana wawe

    w’ikinege

    Ngo bwa buzima bwa kazoza

    tubwitege.

    (ICITABIRIZO)

    Yitanze ngo tubohorwe.

    Erega twari tugowe!

    Tuzoshim’ibihe

    vyose, Mana y’ikigongwe!

  2. 2. N’ikimazi Yezu

    yatanz’abikunze.

    Naho we yar’intungane

    yaratwiguze.

    Kari kabay’iy’ataza

    kudukiza,

    Non’urupfu tuzorukira

    mu mis’iza.

    (ICITABIRIZO)

    Yitanze ngo tubohorwe.

    Erega twari tugowe!

    Tuzoshim’ibihe

    vyose, Mana y’ikigongwe!