Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Turirimbire Yehova tunezerewe

 URURIRIMBO RWA 16

Shemeza Ya ku bw’Umwana wiwe yarobanuwe

Select an Audio Recording
Shemeza Ya ku bw’Umwana wiwe yarobanuwe
UKO VYIPANGA
Igisomwa
Ishusho

(Ivyahishuwe 21:2)

  1. 1. Yehova yatoye Yezu

    Ngw’aganz’abantu bose.

    Avyagiye ku butungane

    Maz’is’imwumvire yose.

    (ICITABIRIZO)

    Shemez’Imana yamutoye,

    Shemeza Yezu mwa ntama,

    Mwe mumukurikira nantaryo

    nk’ukw’abagir’inama.

    Shemez’Imana yamutoye

    ngw’ab’Umwami w’amahanga,

    Aburanire rya zina rya Se,

    kuber’ari ryeranda.

  2. 2. Abavukanyi ba Kristu

    Bavuk’ubwa kabiri.

    Bazoganzanya na we maze

    Hab’Iparadizo kw’isi.

    (ICITABIRIZO)

    Shemez’Imana yamutoye,

    Shemeza Yezu mwa ntama,

    Mwe mumukurikira nantaryo

    nk’ukw’abagir’inama.

    Shemez’Imana yamutoye

    ngw’ab’Umwami w’amahanga,

    Aburanire rya zina rya Se,

    kuber’ari ryeranda.