Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Turirimbire Yehova tunezerewe

 URURIRIMBO RWA 144

Guma uraba ku gashimwe!

Select an Audio Recording
Guma uraba ku gashimwe!
UKO VYIPANGA
Igisomwa
Ishusho

(2 Abakorinto 4:18)

  1. 1. Impumyi zongeye kubona,

    N’amatwi yasubiye kwumva,

    N’abana bakiririmbira,

    N’impore hos’igakwira,

    Abacu bongeye kubaho

    Umuryano wavuye ng’aho.

    (ICITABIRIZO)

    Uzobibona bishikijwe:

    Gum’uraba ku gashimwe.

  2. 2. Ibingir’intama vyabanye,

    Birisha hamwe vyakundanye,

    Akana kakabishorera,

    Bikanakayobokera.

    Kurira vyabay’umugani,

    Ata co dutinya kihari

    (ICITABIRIZO)

    Uzobibona bishikijwe:

    Gum’uraba ku gashimwe.