Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Hitamwo ururimi Ikirundi

 URURIRIMBO RWA 142

Tugumye icizigiro cacu

Select an Audio Recording
Tugumye icizigiro cacu
UKO VYIPANGA

(Abaheburayo 6:18, 19)

  1. 1. Abantu bagenda bicako mu mwiza.

    Ivyo bahahamira n’umuyaga.

    Oya nta we bashobora gukiza.

    Na b’ubwabo bari mu kaga.

    (ICITABIRIZO)

    Nezerwa wizigir’ibizoba!

    Bwa Bwami buzodutabar’ubwoba.

    Ikibi cose kizorangira;

    Ivyo nitugume tuvyizigira.

  2. 2. Twama tubaburira tuvuga duti:

    “Umusi wa Yehova uri hafi.”

    Vub’agiye kuzoturuhurira.

    Mushemagize, ntute hasi.

    (ICITABIRIZO)

    Nezerwa wizigir’ibizoba!

    Bwa Bwami buzodutabar’ubwoba.

    Ikibi cose kizorangira;

    Ivyo nitugume tuvyizigira.