Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Turirimbire Yehova tunezerewe

 URURIRIMBO RWA 135

‘Ca ubwenge mwananje’

Select an Audio Recording
‘Ca ubwenge mwananje’
UKO VYIPANGA
Igisomwa
Ishusho

(Imigani 27:11)

  1. 1. Musore, nkumi

    nump’umutima wawe.

    Wa mwansi wanje

    ndamwishure mpimbawe.

    Mu buto nunyihe,

    bive ku mutima;

    Is’ibone ko

    wampebey’ubuzima.

    (ICITABIRIZO)

    Muhungwanje, mukobwa wanje,

    C’ubwenge maze nezerwe.

    Unkorer’uvyihitiyemwo,

    Unseng’utagoberewe.

  2. 2. Nyihebere wese

    kand’udashavuye.

    Naho wotsitara

    nzokuvyur’uguye

    Naho mber’abandi

    boguhemukira

    Rema kuko je

    nzokwama nkwikundira.

    (ICITABIRIZO)

    Muhungwanje, mukobwa wanje,

    C’ubwenge maze nezerwe.

    Unkorer’uvyihitiyemwo,

    Unseng’utagoberewe.