Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Turirimbire Yehova tunezerewe

 URURIRIMBO RWA 133

Senga Yehova mu buto bwawe

Select an Audio Recording
Senga Yehova mu buto bwawe
UKO VYIPANGA
Igisomwa
Ishusho

(Umusiguzi 12:1)

  1. 1. Tur’abahungu be n’abakobwa

    Biheber’Imana mu gikorwa.

    Izotwitaho kw’itwikundira,

    Kand’izogum’iduhezagira.

  2. 2. Duter’itek’abatwibarutse

    Tubayagire tubahishutse.

    Dushimwe n’Imana be n’abantu

    Yehov’azob’umugenzi wacu!

  3. 3. Mu buto bwacu twibuk’Imana

    Twe na yo tugume tugendana.

    Nitwaguma tuyiyobokera

    Ntibizobura kuyiryohera.