Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Turirimbire Yehova tunezerewe

 URURIRIMBO RWA 131

‘Ico Imana yafatanije’

Select an Audio Recording
‘Ico Imana yafatanije’
UKO VYIPANGA
Igisomwa
Ishusho

(Matayo 19:5, 6)

  1. 1. Ng’abo barushinze.

    Twabibonye hano.

    N’Imana yabibonye.

    Bagiz’indagano:

    (ICITABIRIZO CA 1)

    Umugab’azokunda

    Uwo bubakanye.

    ‘Ico yafatanije

    Ntitukagitanye.’

  2. 2. Barasesanguye

    Ijambo ry’Imana,

    Non’ubu bayisaba

    Kuguma babana.

    (ICITABIRIZO CA 2)

    Umugor’azokunda

    Uwo bubakanye.

    ‘Ico yafatanije

    Ntitukagitanye.’