Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Turirimbire Yehova tunezerewe

 URURIRIMBO RWA 120

Twigane ubwitonzi bwa Kristu

Select an Audio Recording
Twigane ubwitonzi bwa Kristu
UKO VYIPANGA
Igisomwa
Ishusho

(Matayo 11:28-30)

  1. 1. Naho Yezu yaj’avuye mw’ijuru

    Ntiyahahamiye kuba mukuru.

    No mu bikomeye Se yamujeje

    Mu mutima yamye yiyoroheje.

  2. 2. Abaruhijwe Yez’abahanura

    Ko bokwemer’akabaremurura.

    Bokwumva baruhutse barondeye

    Bwa Bwami bw’Imana turorereye.

  3. 3. Yez’ati: ‘Twese tur’abavukana.’

    Ni we mukuru, twe ntidusumbana.

    Abitonda ni bo Yehov’ashaka

    Bazotoran’isi nziza, yakaka.