Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Hitamwo ururimi Ikirundi

 URURIRIMBO RWA 116

Ubuntu burakomeye

Select an Audio Recording
Ubuntu burakomeye
UKO VYIPANGA

(Abanyefeso 4:32)

  1. 1. Turagushemeza Yehova we!

    Uri nyen’inguvu.

    Turabibona mw’Ijambo ryawe

    Ariko waman’ubuntu.

  2. 2. Abarushe Yez’ababwir’ati:

    “Mwoye kwiganyira.”

    Nantaryo yam’ar’umunyabuntu

    Kand’akaturuhurira.

  3. 3. Yezu be na Se bameze neza.

    Tubigane rero.

    Ubuntu na twebwe twobugira,

    N’abandi babonereho.