Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Turirimbire Yehova tunezerewe

 URURIRIMBO RWA 110

“Akanyamuneza ka Yehova”

Select an Audio Recording
“Akanyamuneza ka Yehova”
UKO VYIPANGA
Igisomwa
Ishusho

(Nehemiya 8:10)

  1. 1. Ibihe turimwo birerekana

    Yuko bwa Bwami buganza.

    Rangamize murab’ubukiriro,

    Ehe buriko buraza!

    (ICITABIRIZO)

    Akanyamuneza ka Yehova

    Ni ’gihome twifitiye.

    Tunezerwe ku bwa ca cizigiro,

    Tumuyage tumwizigiye.

    Akanyamuneza ka Yehova

    Ni ’gihome twifitiye.

    Tumukorere ko twamwihebeye

    Bose bamenye kw’akomeye.

  2. 2. Mwe mukunda Yehova ntimutinye

    Ni ya Mana nyen’ingabo.

    Samiriz’ijwi mumuririmbire

    Muvyumvish’abandi na bo.

    (ICITABIRIZO)

    Akanyamuneza ka Yehova

    Ni ’gihome twifitiye.

    Tunezerwe ku bwa ca cizigiro,

    Tumuyage tumwizigiye.

    Akanyamuneza ka Yehova

    Ni ’gihome twifitiye.

    Tumukorere ko twamwihebeye

    Bose bamenye kw’akomeye.