Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Turirimbire Yehova tunezerewe

 URURIRIMBO RWA 109

Dukundane cane bivuye ku mutima

Select an Audio Recording
Dukundane cane bivuye ku mutima
UKO VYIPANGA
Igisomwa
Ishusho

(1 Petero 1:22)

  1. 1. Urukundo rutyoroye

    Rutum’Iman’ihimbarwa.

    Mbere ni rwo ruyiranga

    Kuko ruhambaye.

    Tururwije mu mutima

    Maze tukiyumvanamwo,

    Ntituzogir’ubwikunzi

    Twoba dutakaye.

    Uwuri mu mukeno

    Tumufashe kw’atorohewe.

    Twokwumva turyohewe

    Tubonye yorohewe.

    Yezu yaratwigishije

    Urukundo ic’ari co.

    Tugume tubabarana,

    Tugume dukundana

    Rumwe rudahemana.