Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Hitamwo ururimi Ikirundi

 URURIRIMBO RWA 103

Abungere ni ingabire z’abagabo

Select an Audio Recording
Abungere ni ingabire z’abagabo
UKO VYIPANGA

(Abanyefeso 4:8)

  1. 1. Yehov’aratang’abungere

    Baragir’ubusho,

    Batwerek’ukuntu tugenda,

    Hakab’akarusho.

    (ICITABIRIZO)

    Iman’iraduh’abagabo

    Kandi b’abizigirwa.

    Baritah’intama z’Imana;

    Ivyo bobishimirwa.

  2. 2. N’abungere batubabaye,

    Batwerek’inzira.

    Tubabaye baraduhoza,

    Ntibadukarira.

    (ICITABIRIZO)

    Iman’iraduh’abagabo

    Kandi b’abizigirwa.

    Baritah’intama z’Imana;

    Ivyo bobishimirwa.

  3. 3. Baratang’impanuro nziza

    Ngo ntidutakare.

    Badufasha kwibang’Imana

    Ntidutembagare.

    (ICITABIRIZO)

    Iman’iraduh’abagabo

    Kandi b’abizigirwa.

    Baritah’intama z’Imana;

    Ivyo bobishimirwa.