Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Turirimbire Yehova tunezerewe

 URURIRIMBO RWA 1

Ibiranga Yehova

Select an Audio Recording
Ibiranga Yehova
UKO VYIPANGA
Igisomwa
Ishusho

(Ivyahishuwe 4:11)

  1. 1. Yehova wewe Man’ikomeye,

    Ni we Muremyi, twaravyiboneye.

    Ibiremwa biragushemeza;

    Ntibizoreka kugukeza.

  2. 2. Wew’ur’Imana y’ubutungane.

    Utwigisha ngo tubizirikane.

    Nk’ukw’Ijambo ryawe ryerekana,

    Mu bweng’eka nta we mungana.

  3. 3. Urukundo ni rwo rukuranga,

    Kand’ingabire nziza wam’utanga

    Ziratuma twumva tutonuma,

    Tukaguhaya twiv’inyuma.