Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Turirimbire Yehova—Indirimbo nshasha

 Ururirimbo rwa 154

Tugume twihangana

Tugume twihangana

Voma:

(Matayo 24:13)

  1. Tugeragejwe

    Twovyihanganira gute?

    Na Yezu nyene

    Yarihanganye, vyibuke!

    Yaraba imbere

    Ku vyasezeranywe.

    (ICITABIRIZO)

    Tugume twihangana

    Bib’umwiyemezo.

    Ko dukundwa n’Imana

    Twihangane mpaka kw’iherezo.

  2. Naho twogira

    Intuntu n’umubabaro,

    Tuzirikana

    Bwa buzima buhoraho.

    Tugumye kw’ibanga

    Tuzobushikamwo.

    (ICITABIRIZO)

    Tugume twihangana

    Bib’umwiyemezo.

    Ko dukundwa n’Imana

    Twihangane mpaka kw’iherezo.

  3. Ntiturambirwa

    Canke ngo dukekeranye.

    Ntiduhemuke.

    Twihangane dutekanye.

    Wa musi washitse.

    Twame dushikamye.

    (ICITABIRIZO)

    Tugume twihangana

    Bib’umwiyemezo.

    Ko dukundwa n’Imana

    Twihangane mpaka kw’iherezo.