Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Turirimbire Yehova—Indirimbo nshasha

 Ururirimbo rwa 150

Twitangire igikorwa

Twitangire igikorwa

Voma:

(Matayo 9:37, 38)

  1. Ibituma duhimbarwa

    Yehov’azi kubitanga.

    Araguha ic’ukora

    Ubuzima bukaryoha.

    (ICITABIRIZO)

    Korera Yehova,

    Wame witanga.

    Aho bikenewe

    Tujeyo, tureke kwanka.

  2. Ibikorwa ntibibuze,

    Turitanga tubikunze.

    Aho biri turajayo

    Tugakora tuvyitaho.

    (ICITABIRIZO)

    Korera Yehova,

    Wame witanga.

    Aho bikenewe

    Tujeyo, tureke kwanka.

  3. Inyubakwa turubaka,

    Tugakora tubishaka.

    N’indimi nsha turaziga,

    Tukigisha bigashimwa.

    (ICITABIRIZO)

    Korera Yehova,

    Wame witanga.

    Aho bikenewe

    Tujeyo, tureke kwanka.