Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Turirimbire Yehova—Indirimbo nshasha

 Ururirimbo rwa 147

Inyegu Imana yiharije

Inyegu Imana yiharije

Voma:

(1 Petero 2:9)

  1. Iman’iri n’ihanga,

    Ikiremwa gishasha.

    Barobanujw’impwemu,

    Imwe y’ububasha.

    (ICITABIRIZO)

    Wifitiy’inyegu

    Itwar’izina ryawe.

    Barakwikundira;

    Bakwamamaza bahimbawe.

  2. Ni rya hanga ryeranda

    Ryitah’Ijambo ryayo.

    Yarikuye mu mwiza

    Rishirwa mu muco.

    (ICITABIRIZO)

    Wifitiy’inyegu

    Itwar’izina ryawe.

    Barakwikundira;

    Bakwamamaza bahimbawe.

  3. Kandi n’izindi ntama

    Baguma bazizana.

    Bumvira wa Mwagazi

    Badatirigana.

    (ICITABIRIZO)

    Wifitiy’inyegu

    Itwar’izina ryawe.

    Barakwikundira;

    Bakwamamaza bahimbawe.