Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Twibuke ibihambaye

Twibuke ibihambaye

Voma:

  1. 1. Ni ngombwa duhitemwo buri musi

    Ukuri tuguha ikibanza ki?

    Naho turyoherwa hamwe n’incuti,

    Ivyo vyonyene mbe vyotumarir’iki?

    (ICITABIRIZO)

    Turakwiye kwama twibuk’ibihambaye:

    Gusenga be no kwiyigisha.

    Twiyegereze Yehov’Imana yacu

    Twikur’ibituremera.

    Turindir’imigisha ya kazoza

    Ntihagir’ikidutesh’ibihambaye.

  2. 2. Kwiruk’uronder’icorirenza

    Utabaye maso, vyogusamaza.

    No muhira baragukeneye.

    Wibuke gutaha maze muremeshanye.

    (ICITABIRIZO)

    Turakwiye kwama twibuk’ibihambaye:

    Gusenga be no kwiyigisha.

    Twiyegereze Yehov’Imana yacu

    Twikur’ibituremera.

    Turindir’imigisha ya kazoza

    Ntihagir’ikidutesh’ibihambaye.

    (ICITABIRIZO)

    Turakwiye kwama twibuk’ibihambaye:

    Gusenga be no kwiyigisha.

    Twiyegereze Yehov’Imana yacu

    Twikur’ibituremera.

    Turindir’imigisha ya kazoza

    Ntihagir’ikidutesh’ibihambaye.