Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Hitamwo ururimi Ikirundi

Ntugire ubwoba

Ntugire ubwoba
UKO VYIPANGA

Voma:

  1. 1. Ntivyoroh’iyo ingorane zije.

    Turat’umutwe, tukumva vyanse.

    Ivyago bitwugarije,

    Si ngombwa ngo twihebure.

    Senga

    Yehova.

    (ICITABIRIZO)

    Ntidutinye ari kumwe natwe.

    Azodukiza n’ukuboko kwiwe.

    Tugeze mu yabira,

    Twibuke yukw’atatwibagira.

    Atuguma hafi.

    Senga;

    Ntugir’ubwoba.

  2. 2. Araturonsa abagenzi

    Bakaturemesha ku musi ku musi.

    Dusomy’Ijambo ry’Imana,

    Ryama rituma twihangana,

    Tugaca

    Turema.

    (ICITABIRIZO)

    Ntidutinye ari kumwe natwe

    Azodukiza n’ukuboko kwiwe.

    Tugeze mu yabira,

    Twibuke yukw’atatwibagira.

    Atuguma hafi.

    Senga.

    (IKIRARO)

    Haje rer’ibigutunguza,

    Urigumya,

    Nta mvur’idahita.

    (ICITABIRIZO)

    Ntidutinye ari kumwe natwe,

    Azodukiza n’ukuboko kwiwe.

    Tugeze mu yabira,

    Twibuke yukw’atatwibagira.

    Atuguma hafi.

    Senga;

    Ntugir’ubwoba.