Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Hitamwo ururimi Ikirundi

13-19 Rusama

2 ABAKORINTO 7-10

13-19 Rusama

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Igikorwa cacu co gutabara”: (Imin. 10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • 2Kr 9:15​—Iyo ‘ngabirano ya gusa itagira uko yovugwa’ Imana itanga ni iyihe? (w16.01 12 ing. 2)

    • 2Kr 10:17​—‘Kwirata muri Yehova’ bisobanura iki? (g99 8/7 20-21)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) 2Kr 7:1-12 (th icigwa ca 12)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

UBUZIMA BW’UMUKIRISU