Gutabara abashikiwe n’ivyago muri Amerika

AGATABU K’IKORANIRO RY'UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU Rusama 2019

Ingene twotanguza ibiyago

Ibiyago bivuga ibijanye n’urupfu be n’izuka.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

‘Ntiduheba’

Kugumiza umutima ku mihezagiro Ubwami buzozana bituma duhimbarwa kandi ntidutane n’akabando.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Igikorwa cacu co gutabara

Gufasha abakirisu bagenzi bacu bari mu nkenero biri mu bigize igikorwa cacu ceranda.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Ingene igikorwa cacu co gutabara cafashije abavukanyi bo muri Karayibe

Abakirisu bafashije gute benewabo bo muri Karayibe bari mu nkenero?

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

“Ihwa mu mubiri” wa Paulo

Igihe Paulo yavuga ivyerekeye “ihwa mu mubiri” wiwe, ashobora kuba yashaka kuvuga iki?

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Ntiwihebure naho woba ufise “ihwa mu mubiri”

Twokwiheka gute kuri Yehova maze tukihanganira izo ngorane?

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

“Naramurwanije amaso mu yandi”

Kubera ko turi abanyagasembwa, dutegerezwa kuguma twihata kugira turandurane n’imizi agatima ko kwinuba abandi koba kakiri muri twebwe.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Ingene umwe wese yofasha mu kwitwararika ibibanza dusengeramwo

Ingoro zacu z’Ubwami si inyubakwa zisanzwe. Ni ibibanza dusengeramwo vyeguriwe Yehova.