Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Rusama 2017

 UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Twitwararike ibibanza dusengeramwo

Twitwararike ibibanza dusengeramwo

Ingoro z’Ubwami zacu si inyubakwa zisanzwe; ni ibibanza vyo gusengeramwo vyeguriwe Yehova. Umwe wese muri twebwe yofasha gute mu bijanye no kwitwararika Ingoro y’Ubwami? Mumaze kuraba videwo ivuga ngo Twitwararike ibibanza dusengeramwo, nimuganire ku bibazo bikurikira:

  1. Ingoro z’Ubwami zifise intumbero nyabaki?

  2. Kubera iki Ingoro y’Ubwami ikwiye kuguma isukuye kandi imeze neza?

  3. Ni nde ajejwe kubungabunga Ingoro y’Ubwami?

  4. Kubera iki bihambaye kwirinda amasanganya? Ni uburorero ubuhe wabonye muri iyo videwo bujanye no kwirinda amasanganya?

  5. Intererano dutanga zitera iteka Yehova gute?

NTEGEKANYA KUZOFASHA MU BUHE BURYO?