Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Rusama 2017

 UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | YEREMIYA 49-50

Yehova arahezagira abicisha bugufi, agahana abibona

Yehova arahezagira abicisha bugufi, agahana abibona

50:4-7

  • Abisirayeli bigaya borijijwe n’umunezero Yehova abakuye mu bunyagano

  • Bokwiyemeje gusubira gukurikiza isezerano bari baragiraniye na we, bagafata urugendo rurerure basubira i Yeruzalemu kugira basubizeho ugusenga kw’ukuri

50:29, 39

  • Abanyababiloni bohanywe kubera ubwibone bwabo n’ibikorwa vy’ubunyamaswa bakoreye abasavyi ba Yehova

  • Nk’uko ubuhanuzi bwari bwarabivuze, Babiloni haracitse umusaka