Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Rusama 2017

29 Rusama–4 Ruheshi

YEREMIYA 49-50

29 Rusama–4 Ruheshi
  • Ururirimbo rwa 102 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Yehova arahezagira abicisha bugufi, agahana abibona”: (Imin. 10)

    • Yr 50:4-7​—Amasigarira y’Abisirayeli bigaya kandi bicisha bugufi, bokuwe mu bunyagano bakagaruka i Siyoni

    • Yr 50:29-32​—Babiloni yosanganguwe kubera yarwanije Yehova ibigiranye ubwibone (it-1 52)

    • Yr 50:38, 39​—Nta muntu yosubiye kuba i Babiloni (jr 161 ing.15; w98 1/4 20 ing. 20)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Yr 49:1, 2​—Kubera iki Yehova yatatiye Abamoni? (it-1 100 ing. 2)

    • Yr 49:17, 18​—Ni mu buryo ubuhe Edomu yacitse nka Sodomu na Gomora, kandi kubera iki? (jr 163 ing. 18; ip-2 351 ing. 6)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Yr 50:1-10

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) T-32​—Cira inzira isubirayo.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) T-32​—Ganira ku gace kavuga ngo “Zirikana kuri ibi bintu.” Cira inzira ikiyago kizokurikira.

  • Insiguro: (Imin. 6 canke idashika) w15 15/3 17-18​—Umutwe: Kubera iki ibisohokayandikiro vyacu bitakivuga cane inkuru z’ivyabaye be n’ivyo zigereranya?

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 56

  • Kura ikigiga mu jisho ryawe: (Imin. 15) Erekana akavidewo Kura ikigiga mu jisho ryawe. Muce muganira kuri ibi bibazo: Uwo muvukanyi yerekanye gute ubwibone n’agatima ko kunegura abandi? Ni igiki camufashije guhindura ivyiyumviro? Hari iciza coba caravuyemwo?

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) kr ikig. 13 ing. 11-23

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 131 n’isengesho