Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Rusama 2017

22-28 Rusama

YEREMIYA 44-48

22-28 Rusama
  • Ururirimbo rwa 70 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Reka ‘kwironderera ibintu bihambaye’”: (Imin. 10)

    • Yr 45:2, 3​—Ivyiyumviro bitari vyo vya Baruki vyamukwegeye intuntu (jr 104-105 ing. 4-6)

    • Yr 45:4, 5a​—Yehova yarakosoye Baruki abigiranye ubuntu (jr 103 ing. 2)

    • Yr 45:5b​—Baruki yarazigamye ubuzima bwiwe mu kwitunira ku vyari bihambaye kuruta ibindi (w16.07 8 ing. 6)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Yr 48:13​—Kubera iki Abanyamowabu ‘bomaramajwe na Kemoshi’? (it-2 91)

    • Yr 48:42​—Kubera iki ivyo Yehova yavuze kuri Mowabu bikomeza ukwizera? (it-2 305 ing.3)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Yr 47:1-7

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) hf​—Cira inzira isubirayo.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) hf​—Cira inzira ikiyago kizokurikira.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) lv 199 ing.9-10​—Mwereke muri make ingene yogira ubushakashatsi ku bijanye n’ikigeragezo kimuhanze.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU