Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Hitamwo ururimi Ikirundi

 UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | YEREMIYA 39–43

Yehova azokorera umwe wese ibihwanye n’ivyo yakoze

Yehova azokorera umwe wese ibihwanye n’ivyo yakoze

Zedekiya yaragararije Yehova aranka kwishikana ku Banyababiloni

39:4-7

  • Abahungu biwe biciwe mu maso yiwe. Yarahumishijwe amaso, aboheshwa amapingu y’umujumpu hanyuma apfungirwa i Babiloni gushika apfuye

Ebedi-meleki yarerekanye ko yizigira Yehova be n’uko yitwararika umuhanuzi wiwe Yeremiya

39:15-18

  • Yehova yasezeraniye Ebedi-meleki ko azomurokora ubwami bwa Yuda nibwasangangurwa

Yeremiya yamaze imyaka myinshi avuga ubuhanuzi n’umutima rugabo imbere y’uko Yeruzalemu isangangurwa

40:1-6

  • Yehova yarakingiye Yeremiya igihe Yeruzalemu yakikuzwa yongera aramukura mu maboko y’Abanyababiloni