Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Rusama 2017

15-21 Rusama

YEREMIYA 39-43

15-21 Rusama
  • Ururirimbo rwa 133 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Yehova azokorera umwe wese ibihwanye n’ivyo yakoze”: (Imin. 10)

    • Yr 39:4-7​—Zedekiya yariboneye ingaruka ziva ku kugarariza Yehova (it-2 1119 ing. 5)

    • Yr 39:15-18​—Yehova yarashimye cane ingene Ebedi-meleki yerekanye ko amwizigira (w12 1/5 31 ing. 5)

    • Yr 40:1-6​—Yehova yaritwararitse umusavyi wiwe w’intahemuka Yeremiya (it-2 387)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Yr 42:1-3; 43:2, 4​—Ikosa rya Yohanani ritwigisha iki? (w03 1/5 10 ing. 10)

    • Yr 43:5-7​—Ibivugwa muri uyu murongo bidufasha gutahura iki? (it-1 471 ing.1)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Yr 40:11–41:3

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Yes 46:10​—Niwigishe ukuri. Cira inzira isubirayo.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) Ivy 12:7-9, 12​—Niwigishe ukuri. Cira inzira ikiyago kizokurikira.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) bh 153 ing. 19-20​—Mutumire kw’ikoraniro.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU