Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Rusama 2017

 UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | YEREMIYA 32–34

Ikimenyetso c’uko Isirayeli yogarukanywe

Ikimenyetso c’uko Isirayeli yogarukanywe
UKO VYIPANGA
Igisomwa
Ishusho

32:9-14

  • Yeremiya yarakurikije ibisabwa mu bijanye no kugura itongo.

33:10, 11

  • Yehova yarerekanye ko ari mwiza mu gusezerana ko abokwemeye ko abatoza indero bobabariwe maze bakava mu bunyagano bagasubira muri Isirayeli.

Ni ibiki Yehova yagukoreye vyakweretse ko ari mwiza?