Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU—AGATABU K’IKORANIRO RUSAMA 2016

9-15 Rusama

ZABURI 1-10

9-15 Rusama
  • Ururirimbo rwa 99 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Uwushaka kugiranira amahoro na Yehova ategerezwa kwubaha Umwana wiwe Yezu”: (Imin. 10)

    • [Nimwerekane ividewo ivuga Incamake y’igitabu ca Zaburi.]

    • Zb 2:1-3—Vyari vyaravuzwe ko amahanga yorwanije Yehova na Yezu (w04 15/7 16-17 ing. 4-8)

    • Zb 2:8-12—Abubaha Umwami yarobanuwe na Yehova ni bo bonyene bazoronka ubuzima (w04 1/8 5 ing. 3-4)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Zb 2:7—“Ingingo ya Yehova” ni iki? (w06 15/5 17 ing. 6)

    • Zb 3:2—Ijambo Sela risobanura iki? (w06 15/5 18 ing. 2)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Zb 8:1–9:10

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 138

  • Nusonere inzu ya Yehova: (Imin. 5) Guhana ijambo. Niwerekane akavidewo ko kuri jw.org kavuga ngo Nube umugenzi wa Yehova—Nusonere inzu ya Yehova. (Ja ahavuga ngo INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA > ABANA.) Nuce usaba abana baze ku mukiruruko ubabaze ibibazo bijanye n’ako kavidewo.

  • Izina ry’Imana mu Vyanditswe vy’igiheburayo: (Imin. 10) Insiguro ishingiye ku gihimba ca 1 c’Agatabu gafasha kwiga Ijambo ry’Imana.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) ia ikig. 15 ing. 1-14, n’uruzitiro “Ibibazo bibazwa kuri Esiteri” mu kigabane ca 16

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 11 n’isengesho