Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU—AGATABU K’IKORANIRO RUSAMA 2016

30 Rusama–5 Ruheshi

ZABURI 26-33

30 Rusama–5 Ruheshi
  • Ururirimbo rwa 23 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Yehova aradufasha kugira umutima rugabo”: (Imin. 10)

    • Zb 27:1-3—Kuzirikana ukuntu Yehova ari umuco wacu biraduha umutima rugabo (w12 15/7 22-23 ing. 3-6)

    • Zb 27:4—Gukenguruka ugusenga kw’ukuri biradukomeza (w12 15/7 24 ing. 7)

    • Zb 27:10—Yehova ariteguriye gufata mu mugongo abasavyi biwe igihe abandi babahevye (w12 15/7 24 ing. 9-10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Zb 26:6—Dushobora gute gutambuka dukikuza igicaniro ca Yehova nka Dawidi? (w06 15/5 19 ing. 12)

    • Zb 32:8—Ni mu buryo bumwe ubuhe ugutahura kwimbitse kuva kuri Yehova kudufasha? (w09 1/6 5 ing. 3)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Zb 32:1–33:8

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) kt—Soma icanditswe ukoresheje akuma ngendanwa.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) Nusabe uwo uhora ushira ibinyamakuru ngo mwige Bibiliya ukoresheje ka kavidewo Ingene dufasha abantu kwiga Bibiliya. Nukamwereke kuri JW Library.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) jl icigwa ca 9—Niwereke muri make inyigisho yawe ingene yotegura amakoraniro akoresheje JW Library.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU