Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU—AGATABU K’IKORANIRO RUSAMA 2016

 UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | ZABURI 19-25

Ubuhanuzi bwavuze ivyerekeye Mesiya

Ubuhanuzi bwavuze ivyerekeye Mesiya

ICANDITSWE

UBUHANUZI

IRANGUKA

Zaburi 22:1

Yobaye nk’uwahebwe n’Imana

Matayo 27:46; Mariko 15:34

Zaburi 22:7, 8

Yoshinyaguriwe amanitswe ku giti

Matayo 27:39-43

Zaburi 22:16

Yomanitswe ku giti

Matayo 27:31; Mariko 15:25; Yohani 20:25

Zaburi 22:18

Impuzu ziwe bozipfindiye

Matayo 27:35

Zaburi 22:22

Yobaye imboneza mu vyo kumenyekanisha izina rya Yehova

Yohani 17:6