Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU—AGATABU K’IKORANIRO RUSAMA 2016

16-22 Rusama

ZABURI 11-18

16-22 Rusama
  • Ururirimbo rwa 106 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) wp16.3 16—Soma icanditswe ukoresheje akuma ngendanwa.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) wp16.3 16—Soma ivyanditswe ukoresheje JW Library kugira ngo uwo muganira avuga urundi rurimi yibonere ingene bivuga mu rurimi rwiwe.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) bh 100-101 ing. 10-11—Nucishemwo wereke inyigisho yawe ingene yokoresha JW Library mu gutora inyishu y’ikibazo yabajije.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 70

  • Ingene wokoresha JW Library—Igice ca 1: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana akavidewo kavuga ngo Koresha utuntu tugufasha kugaruka aho wasomye n’akavuga ngo Koresha urutonde rw’ivyo uheruka kwugurura, mwongere mutuganireko gatoyi. Nimuce mwihweza agatwe ka mbere n’aka kabiri muri ico kiganiro. Saba abumviriza bavuge ubundi buryo boba barakoresheje JW Library mu kwiyigisha no ku makoraniro.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) ia ikig. 15 ing. 15-26, n’isubiramwo ry’ikigabane

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 43 n’isengesho