Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Umugabo n’umugore bariko bariga bakoresheje akuma ngendanwa

UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU—AGATABU K’IKORANIRO RUSAMA 2016

Ingene twotanguza ibiyago

Ivyiyumviro vy’ingene twoshikiriza Umunara w’Inderetsi n’igitabu Ivyo Bibiliya yigisha. Ufatiye kuri ubwo burorero niwitegurire uburyo bwawe.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Gusengera abandi birahimbara Yehova

Imana yabwiye Yobu ngo asengere bagenzi biwe batatu bari bamufashe nabi. Imana yahezagiye gute Yobu kubera ukwizera kwiwe n’ukwihangana kwiwe? (Yobu 38-42)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Woba ukoresha JW Library?

Ako gaporogarama wogakura he? Kogufasha gute ku makoraniro no mu ndimiro?

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Uwushaka kugiranira amahoro na Yehova ategerezwa kwubaha Umwana wiwe Yezu

Amahanga yakiriye gute ubutegetsi bwa Yezu? Kubera iki bihambaye ko twubaha Umwami yarobanuwe n’Imana? (Zaburi 2)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Ni nde yoba umushitsi mw’ihema rya Yehova?

Zaburi ya 15 iravuga ibiranga umugenzi wa Yehova.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Ingene wokoresha JW Library

Ingene wokoresha ako gaporogarama mu kwiyigisha, mu gutegura amakoraniro no mu ndimiro.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Ubuhanuzi bwavuze ivyerekeye Mesiya

Raba ingene ivyo Zaburi ya 22 yari yaravuze ku vyerekeye Mesiya vyarangukiye kuri Yezu.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Yehova aradufasha kugira umutima rugabo

Ni igiki codufasha kugira umutima rugabo nka Dawidi? (Zaburi 27)