Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Hitamwo ururimi Ikirundi

25 Ruhuhuma–3 Ntwarante

ABAROMA 9-11

25 Ruhuhuma–3 Ntwarante

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Ikigereranyo c’igiti c’umwelayo”: (Imin. 10)

    • Rm 11:16​—Igiti c’umwelayo catewe kigereranya iranguka ry’umugambi w’Imana ujanye n’isezerano yagiraniye na Aburahamu (w11 15/5 23 ing. 13)

    • Rm 11:17, 20, 21​—Abakirisu barobanuwe bometswe ku giti c’umwelayo c’ikigereranyo bategerezwa kuguma bagaragaza ukwizera (w11 15/5 24 ing. 15)

    • Rm 11:25, 26​—Igitigiri cuzuye c’abagize Isirayeli yo mu buryo bw’impwemu ‘kizokizwa’ (w11 15/5 25 ing. 19)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Rm 9:21-23​—Kubera iki dukwiye kwemera kubumbabumbwa na wa Mubumvyi Ahambaye Yehova? (w13 15/6 25 ing. 5)

    • Rm 10:2​—Kubera iki dukwiye kuraba neza ko ugusenga kwacu gushingiye ku bumenyi butagira amakosa? (it-1 1234 ing. 6)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Rm 10:1-15 (th icigwa ca 10)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

UBUZIMA BW’UMUKIRISU