Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Hitamwo ururimi Ikirundi

5-11 Ruhuhuma

MATAYO 12-13

5-11 Ruhuhuma

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Ikigereranyo c’ingano n’icatsi kibi”: (Imin. 10)

    • Mt 13:24-26​—Umuntu yabivye imbuto nziza mw’itongo ryiwe, umwansi wiwe na we aca abibamwo icatsi kibi (w13 15/7 9-10 ing. 2-3)

    • Mt 13:27-29​—Ingano n’icatsi kibi vyarakuranye gushika mw’iyimbura (w13 15/7 10 ing. 4)

    • Mt 13:30​—Mw’iyimbura, abashwabuzi babanje kwegeranya icatsi kibi mu nyuma na ho begeranya ingano (w13 15/7 12 ing. 10-12)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Mt 12:20​—Twokwigana gute impuhwe za Yezu? (“urutambi ruyenga” amakuru adufasha kwiga Mt 12:20, nwtsty)

    • Mt 13:25​—Vyoba ari ivy’ukuri yuko mu bihe vya kera umuntu yubahuka kubiba ivyatsi bibi mu murima w’abandi? (w16.10 32)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Mt 12:1-21

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Akavidewo ka mugihura: (Imin. 4) Nimurabe ako kavidewo mwongere mukaganireko.

  • Usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 3 canke idashika) Koresha agace bijanye kari ahavuga ngo Ingene twotanguza ibiyago.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) bhs 22-23 ing. 10-12

UBUZIMA BW’UMUKIRISU