Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU—AGATABU K’IKORANIRO RUHUHUMA 2017

 UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | YESAYA 47-51

Kugamburukira Yehova bituzanira imihezagiro

Kugamburukira Yehova bituzanira imihezagiro

48:17

  • Yehova aratwereka abigiranye urukundo ‘inzira dukwiye kugenderamwo’ kugira turyohererwe ubuzima. Ni twe bigirira akamaro iyo tumugamburukiye

‘Amahoro ameze nk’uruzi’

48:18

  • Yehova adusezeranira amahoro menshi, yamaho nka kurya kw’uruzi ruguma rutemba

‘Ubugororotsi bumeze nk’imipfunda y’ikiyaga’

  • Ibikorwa vyacu vy’ubugororotsi birashobora kuba vyinshi, ku buryo bidaharurika nka kurya kw’imipfunda y’ikiyaga