Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU—AGATABU K’IKORANIRO RUHUHUMA 2017

27 Ruhuhuma–5 Ntwarante

YESAYA 63-66

27 Ruhuhuma–5 Ntwarante
  • Ururirimbo rwa 19 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Amajuru mashasha n’isi nshasha bizozana umunezero mwinshi”: (Imin. 10)

    • Yes 65:17—“Ivya kera ntibizokwibukwa” (ip-2 383 ing. 23)

    • Yes 65:18, 19—Hazoba umunezero mwinshi (ip-2 384 ing. 25)

    • Yes 65:21-23—Ubuzima buzoba buryoshe cane, kandi abantu bazokwumva batekaniwe (w12 15/9 9 ing. 4-5)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Yes 63:5—Ni mu buryo ki ubushangashirwe bw’Imana buyishigikira? (w07 15/1 11 ing. 6)

    • Yes 64:8—Yehova akoresha gute ubukuru afise bwo kuba ari Umubumvyi wacu? (w13 15/6 24-25 ing. 3-5)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Yes 63:1-10

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Ef 5:33—Niwigishe ukuri.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) 1Tm 5:8; Tt 2:4, 5—Niwigishe ukuri.

  • Insiguro: (Imin. 6 canke idashika) Yes 66:23; w06 1/11 30-31 ing. 14-17—Umutwe: Gukoranira hamwe ni umuce w’ugusenga kwacu uzokwamaho.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU