Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU—AGATABU K’IKORANIRO RUHUHUMA 2017

20-26 Ruhuhuma

YESAYA 58-62

20-26 Ruhuhuma

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Gutangaza umwaka w’ubutoni wa Yehova”: (Imin. 10)

    • Yes 61:1, 2—Yezu yarobanuwe kugira atangaze “umwaka w’ubutoni wa Yehova” (ip-2 322 ing. 4)

    • Yes 61:3, 4—Yehova araturonsa “ibiti bininibinini vy’ubugororotsi” kugira ashigikire igikorwa ciwe (ip-2 326-327 ing. 13-15)

    • Yes 61:5, 6—“Abanyamahanga” barasenyera ku mugozi umwe n’“abaherezi ba Yehova” mw’isekeza ry’akataraboneka ryo kuvuga inkuru nziza (w12 15/12 25 ing. 5-6)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Yes 60:17—Yehova yashikije gute uwo muhango mu misi ya nyuma? (w15 15/7 9-10 ing. 14-17)

    • Yes 61:8, 9—Iryo “sezerano ryamaho” ni irihe, kandi abagize urwo “ruvyaro” ni bande? (w07 15/1 11 ing. 5)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Yes 62:1-12

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

UBUZIMA BW’UMUKIRISU