Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU—AGATABU K’IKORANIRO RUHUHUMA 2017

13-19 Ruhuhuma

YESAYA 52-57

13-19 Ruhuhuma

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Kristu yababajwe ku bwacu”: (Imin. 10)

    • Yes 53:3-5—Yarasuzuguwe yongera arajanjagurwa azira amakosa yacu (w09 15/1 26 ing. 3-5)

    • Yes 53:7, 8—Yaratanze ubuzima bwiwe abikunze ku bwacu (w09 15/1 27 ing. 10)

    • Yes 53:11, 12—Turashobora kwitwa abagororotsi kubera ko yagumye ari intahemuka gushika ku rupfu (w09 15/1 28 ing. 13)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Yes 54:1—“Umugore w’ingumba” avugwa muri ubwo buhanuzi ni nde? “Abana” biwe na bo ni bande? (w06 15/3 11 ing. 2)

    • Yes 57:15—Ni mu buryo ubuhe Yehova ‘abana n’abajanjaguwe, baciye bugufi’? (w05 15/10 26 ing. 3)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Yes 57:1-11

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

UBUZIMA BW’UMUKIRISU