Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU—AGATABU K’IKORANIRO RUHUHUMA 2016

8-14 Ruhuhuma

NEHEMIYA 5-8

8-14 Ruhuhuma
  • Ururirimbo rwa 123 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Nehemiya yari umuhagarikizi adasanzwe”: (Imin. 10)

    • Neh 5:1-7—Nehemiya yarumviriza abantu akongera akagira ico akoze (w06 1/2 9 ing. 2)

    • Neh 5:14-19—Nehemiya yari umuntu yicisha bugufi, azira ubwikunzi kandi yiyubara (w06 1/2 10 ing. 4)

    • Neh 8:8-12—Nehemiya yarigisha abantu ijambo ry’Imana (w06 1/2 11 ing. 4)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Neh 6:5—Kubera iki Sanibalati yarungikiye Nehemiya “ikete ryuguruye”? (w06 1/2 9 ing. 3)

    • Neh 6:10-13—Kubera iki Nehemiya atemeye ivyo Shemaya yamusavye gukora? (w07 1/7 30 ing. 15)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: Neh 6:14–7:7a (Imin. 4 canke idashika)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Umwamamaji nashikirize Be maso! iriko iratangwa yisunze ikiganiro gihuye n’ibiri ku gipfukisho. Nacire inzira isubirayo.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) Nihagirwe umwerekano aho umwamamaji asubira kugendera uwashimishijwe n’ikiganiro gihuye n’ibiri ku gipfukisho ca Be maso! Nacire inzira ikiyago kizokurikira.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) Nihagirwe umwerekano aho umwamamaji ayobora inyigisho. (bh 28-29 ing. 4-5)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 62

  • Woba uriko ‘urondera gushikira ibanga’?: (Imin. 15) Insiguro ishikirizwa n’umukurambere ishingiye ku Munara wo ku 15 Nyakanga 2014, rup. 3-6. Nimwerekane ividewo ivuga ngo Bavukanyi, nimukwize ibisabwa kugira mushingwe igikorwa ciza, iboneka kuri televiziyo yacu ya JW mu vyasohowe muri Kigarama 2015. Nushimike ku mvo nziza zotuma umuvukanyi arondera gushikira amabanga wongere usigure ingene yobigira. Ubigiranye umutima mwiza nuremeshe abavukanyi gukwiza ibisabwa ngo babe abakozi b’ishengero canke abakurambere.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: ia ikig. 8 ing. 17-27, n’isubiramwo ry’ikigabane (Imin. 30)

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 125 n’isengesho